Yeremiya 19:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Nzotuma barya abahungu babo n’abakobwa babo, kandi umwe wese azorya mugenziwe kubera ukwugarizwa n’ukwihebura igihe bazoba basugerejwe n’abansi babo be n’abarondera kubica+.’” Yeremiya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:9 Yeremiya, rup. 154-155
9 Nzotuma barya abahungu babo n’abakobwa babo, kandi umwe wese azorya mugenziwe kubera ukwugarizwa n’ukwihebura igihe bazoba basugerejwe n’abansi babo be n’abarondera kubica+.’”