Yeremiya 19:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Maze ubabwire uti: “Yehova Nyeningabo avuze ati: ‘Uku ni ko nzosavya aba bantu n’iki gisagara, nk’uko umuntu asavya ikibumbano ku buryo kitazokwigera gisanasanwa. Bazohamba abapfuye i Tofeti gushika aho ata kibanza co kubahambamwo gisigara+.’”
11 Maze ubabwire uti: “Yehova Nyeningabo avuze ati: ‘Uku ni ko nzosavya aba bantu n’iki gisagara, nk’uko umuntu asavya ikibumbano ku buryo kitazokwigera gisanasanwa. Bazohamba abapfuye i Tofeti gushika aho ata kibanza co kubahambamwo gisigara+.’”