Yeremiya 19:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 «Yehova Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, avuze ati: “Ngira nzane kuri iki gisagara no ku bisagara vyose bihakikuje ivyago vyose navuze ko nzohateza, kubera ko babaye intagondwa, banka kugamburuka* ivyo ndababwira+.”» Yeremiya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:15 Yeremiya, rup. 159
15 «Yehova Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, avuze ati: “Ngira nzane kuri iki gisagara no ku bisagara vyose bihakikuje ivyago vyose navuze ko nzohateza, kubera ko babaye intagondwa, banka kugamburuka* ivyo ndababwira+.”»