ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 21:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 “‘Kandi inyuma y’ivyo’, ni ko Yehova avuze, ‘Zedekiya umwami w’Ubuyuda n’abasuku biwe n’abantu bo muri iki gisagara, ni ukuvuga abo bose bazoba barokotse ikiza, inkota n’inzara, nzoreka batsindwe na Nebukadinezari* umwami wa Babiloni, abansi babo n’abarondera kubica+. Azobicisha inkota. Ntazobumvira akagongwe canke ngo abagirire impuhwe canke imbabazi+.’”

  • Yeremiya
    Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019
    • 21:7

      Yeremiya, rup. 158-159

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika