Yeremiya 21:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 “‘Kuko niyemeje kuzana ivyago kuri iki gisagara* aho kukizanako ivyiza+’, ni ko Yehova avuze. ‘Kizoneshwa n’umwami wa Babiloni+, kandi azogiturira+.’
10 “‘Kuko niyemeje kuzana ivyago kuri iki gisagara* aho kukizanako ivyiza+’, ni ko Yehova avuze. ‘Kizoneshwa n’umwami wa Babiloni+, kandi azogiturira+.’