Yeremiya 22:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze ku bijanye n’ikirimba c’umwami w’Ubuyuda:“Kuri jewe umeze nka Gileyadi,nk’isonga rya Libani. Mugabo nzotuma usigara uri ubugaragwakandi nta gisagara cawe na kimwe kizobamwo abantu+.
6 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze ku bijanye n’ikirimba c’umwami w’Ubuyuda:“Kuri jewe umeze nka Gileyadi,nk’isonga rya Libani. Mugabo nzotuma usigara uri ubugaragwakandi nta gisagara cawe na kimwe kizobamwo abantu+.