Yeremiya 22:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Wewe uba i Libani+,ukaba wubatse icari mu masederi+,ese ukuntu uzoniha niwafatwa n’imisonga,ukagira amaganya* nk’ay’umugore ariko aribaruka+!»
23 Wewe uba i Libani+,ukaba wubatse icari mu masederi+,ese ukuntu uzoniha niwafatwa n’imisonga,ukagira amaganya* nk’ay’umugore ariko aribaruka+!»