Yeremiya 22:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Nzotuma ugwa mu maboko y’abarondera kukwica, mu maboko y’abo utinya, mu maboko ya Nebukadinezari* umwami wa Babiloni no mu maboko y’Abakaludaya+.
25 Nzotuma ugwa mu maboko y’abarondera kukwica, mu maboko y’abo utinya, mu maboko ya Nebukadinezari* umwami wa Babiloni no mu maboko y’Abakaludaya+.