Yeremiya 23:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Kuko igihugu cuzuye abarenga ibigo+.Kubera umuvumo, igihugu kiri mu kigandaro+kandi amatongo yo kuragiramwo yo mu gahinga* yumye+. Ingeso zabo ni mbi, kandi bakoresha nabi ububasha bafise.
10 Kuko igihugu cuzuye abarenga ibigo+.Kubera umuvumo, igihugu kiri mu kigandaro+kandi amatongo yo kuragiramwo yo mu gahinga* yumye+. Ingeso zabo ni mbi, kandi bakoresha nabi ububasha bafise.