Yeremiya 23:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Mugabo iyo bahagarara mu mugwi w’abagenzi banje somambike,baba rero baratumye abantu banje bumva amajambo yanje,kandi baba baratumye baheba ingeso zabo mbi n’ibikorwa vyabo bibi+.»
22 Mugabo iyo bahagarara mu mugwi w’abagenzi banje somambike,baba rero baratumye abantu banje bumva amajambo yanje,kandi baba baratumye baheba ingeso zabo mbi n’ibikorwa vyabo bibi+.»