Yeremiya 24:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nuko Yehova ambaza ati: «Ubona iki ga Yeremiya?» Nanje nti: «Insukoni. Insukoni nziza ni nziza cane, mugabo insukoni mbi ni mbi cane. Ni mbi ku buryo zidashobora kuribwa+.»
3 Nuko Yehova ambaza ati: «Ubona iki ga Yeremiya?» Nanje nti: «Insukoni. Insukoni nziza ni nziza cane, mugabo insukoni mbi ni mbi cane. Ni mbi ku buryo zidashobora kuribwa+.»