-
Yeremiya 24:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 «Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze : “Cokimwe n’izo nsukoni nziza, nzoraba ryiza abo mu Buyuda bajanywe mu bunyagano, abo nirukanye aha hantu bakaja mu gihugu c’Abakaludaya.
-