8 Mugabo ku bijanye n’izo nsukoni mbi cane ku buryo zidashobora kuribwa+, Yehova avuze ati: ‘Uko bazifata ni ko nzofata Zedekiya+ umwami w’Ubuyuda n’abatware biwe n’abantu b’i Yeruzalemu barokotse, baba abakiri muri iki gihugu canke abari mu gihugu ca Misiri+.