-
Yeremiya 26:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Nuko Yeremiya arangije kuvuga ibintu vyose Yehova yari yamutegetse kubwira abantu bose, abaherezi n’abahanuzi n’abantu bose baca baramufata, bavuga bati: «Ntugenda udapfuye.
-