-
Yeremiya 26:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Kubera iki uvuze ubuhanuzi mw’izina rya Yehova ngo: “Iyi nzu izoba nk’i Shilo kandi iki gisagara kizotikizwa gisigare ata muntu akibamwo”?» Nuko abantu bose bakoranira kuri Yeremiya mu nzu ya Yehova.
-