Yeremiya 26:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Abaherezi n’abahanuzi babwira abatware n’abantu bose bati: «Uyu mugabo akwiriye urwo gupfa+ kuko yavuze ko iki gisagara kizoshikirwa n’ibintu bibi, nk’uko mwavyiyumviye n’amatwi yanyu+.»
11 Abaherezi n’abahanuzi babwira abatware n’abantu bose bati: «Uyu mugabo akwiriye urwo gupfa+ kuko yavuze ko iki gisagara kizoshikirwa n’ibintu bibi, nk’uko mwavyiyumviye n’amatwi yanyu+.»