-
Yeremiya 26:16Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
16 Maze abatware n’abantu bose babwira abaherezi n’abahanuzi bati: «Uyu mugabo ntakwiriye urwo gupfa kuko ivyo yatubwiye yabitubwiye mw’izina rya Yehova Imana yacu.»
-