Yeremiya 26:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Hariho n’uwundi mugabo yavuga ubuhanuzi mw’izina rya Yehova. Ni Uriya mwene Shemaya w’i Kiriyati-Yeyarimu+. Yavuze ibibi bizoshikira iki gisagara n’iki gihugu kandi yavuga nk’ivyo Yeremiya avuga.
20 Hariho n’uwundi mugabo yavuga ubuhanuzi mw’izina rya Yehova. Ni Uriya mwene Shemaya w’i Kiriyati-Yeyarimu+. Yavuze ibibi bizoshikira iki gisagara n’iki gihugu kandi yavuga nk’ivyo Yeremiya avuga.