Yeremiya 27:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ubu rero, ibi bihugu vyose ndabihaye umusavyi wanje Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni. Ndamuhaye n’ibikoko vyo mw’ishamba ngo abiganze.
6 Ubu rero, ibi bihugu vyose ndabihaye umusavyi wanje Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni. Ndamuhaye n’ibikoko vyo mw’ishamba ngo abiganze.