Yeremiya 27:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Mugabo ihanga rizokwemera gushira kw’izosi igiti co kwikoreza imizigo c’umwami wa Babiloni rikamukorera, nzorireka rigume* mu gihugu caryo”, ni ko Yehova avuze, “kugira riharime ryongere rihabe.”’”»
11 Mugabo ihanga rizokwemera gushira kw’izosi igiti co kwikoreza imizigo c’umwami wa Babiloni rikamukorera, nzorireka rigume* mu gihugu caryo”, ni ko Yehova avuze, “kugira riharime ryongere rihabe.”’”»