Yeremiya 27:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Zedekiya+ umwami w’Ubuyuda na we nyene namubwiye nk’ukwo nyene nti: «Nimushire kw’izosi igiti co kwikoreza imizigo c’umwami wa Babiloni, mumukorere we n’abantu biwe. Ni ho muzobandanya kubaho+.
12 Zedekiya+ umwami w’Ubuyuda na we nyene namubwiye nk’ukwo nyene nti: «Nimushire kw’izosi igiti co kwikoreza imizigo c’umwami wa Babiloni, mumukorere we n’abantu biwe. Ni ho muzobandanya kubaho+.