Yeremiya 27:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Egome, ibi ni vyo Yehova Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, avuze ku bijanye n’ibikoresho bisigaye mu nzu ya Yehova, mu nzu* y’umwami w’Ubuyuda n’i Yeruzalemu:
21 Egome, ibi ni vyo Yehova Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, avuze ku bijanye n’ibikoresho bisigaye mu nzu ya Yehova, mu nzu* y’umwami w’Ubuyuda n’i Yeruzalemu: