Yeremiya 28:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 “Kandi nzogarukana aha hantu Yekoniya+ mwene Yehoyakimu+, umwami w’Ubuyuda, n’abantu bose bo mu Buyuda bajanywe mu bunyagano i Babiloni+”, ni ko Yehova avuze, “kuko nzovuna igiti co kwikoreza imizigo c’umwami wa Babiloni.”»
4 “Kandi nzogarukana aha hantu Yekoniya+ mwene Yehoyakimu+, umwami w’Ubuyuda, n’abantu bose bo mu Buyuda bajanywe mu bunyagano i Babiloni+”, ni ko Yehova avuze, “kuko nzovuna igiti co kwikoreza imizigo c’umwami wa Babiloni.”»