14 Kuko Yehova Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, avuze ati: ‘Nzoshira kw’izosi ry’ayo mahanga yose ico kwikoreza imizigo gikozwe mu cuma, kugira ngo akorere Nebukadinezari umwami wa Babiloni, kandi azomukorera ata kabuza+. Nzomuha n’ibikoko vyo mw’ishamba+.’”»