Yeremiya 29:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Iryo kete yarirungikanye Elasa mwene Shafani+ na Gemariya mwene Hilikiya, abo Zedekiya+ umwami w’Ubuyuda yatumye i Babiloni kuri Nebukadinezari umwami wa Babiloni. Ryavuga riti:
3 Iryo kete yarirungikanye Elasa mwene Shafani+ na Gemariya mwene Hilikiya, abo Zedekiya+ umwami w’Ubuyuda yatumye i Babiloni kuri Nebukadinezari umwami wa Babiloni. Ryavuga riti: