Yeremiya 30:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Mu biwe ni ho hazova umunyacubahiro,kandi umutware abaganza azova muri bo. Nzomwigiza hafi, na we azonyegēra. Ubundiho, ugira ngo hari uwokwubahuka kunyegēra*?», ni ko Yehova avuze.
21 Mu biwe ni ho hazova umunyacubahiro,kandi umutware abaganza azova muri bo. Nzomwigiza hafi, na we azonyegēra. Ubundiho, ugira ngo hari uwokwubahuka kunyegēra*?», ni ko Yehova avuze.