23 Yehova Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, avuze ati: «Ninakoranya abantu babo bagizwe imbohe nkabagarukana, bazosubira kuvugira aya majambo mu gihugu c’Ubuyuda no mu bisagara vyaho bati: “Ewe hantu ho kuba hagororotse+, ewe musozi mweranda+, Yehova aguhezagire!”