Yeremiya 31:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 «Ehe raba! Mu misi iri imbere, Yehova azokwubakirwa igisagara+ kuva ku munara wa Hananeli+ gushika kw’irembo ryo mu mfuruka+», ni ko Yehova avuze.
38 «Ehe raba! Mu misi iri imbere, Yehova azokwubakirwa igisagara+ kuva ku munara wa Hananeli+ gushika kw’irembo ryo mu mfuruka+», ni ko Yehova avuze.