-
Yeremiya 33:24Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
24 «Mbega ntiwumvise ivyo aba bantu bavuga? Bavuga ngo: “Yehova azoheba ya miryango ibiri yatora.” Baguma bagaya abantu banje, bakabona ko batakiri ihanga.
-