-
Yeremiya 35:18Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
18 Yeremiya abwira abo mu muryango w’Abarekabu ati: «Yehova Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, avuze ati: “Ko mwagamburutse itegeko Yehonadabu sogokuruza wanyu yabahaye, mukabandanya gukurikiza ivyo yabategetse vyose, mugakora neza na neza ivyo yabategetse,
-