Yeremiya 36:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 aca amanuka ku kirimba* c’umwami mu cumba c’umunyamabanga. Abatware* bose ni ho bari bicaye. Hari umunyamabanga Elishama+, Delaya mwene Shemaya, Elinatani+ mwene Akibori+, Gemariya mwene Shafani, Zedekiya mwene Hananiya n’abandi batware bose.
12 aca amanuka ku kirimba* c’umwami mu cumba c’umunyamabanga. Abatware* bose ni ho bari bicaye. Hari umunyamabanga Elishama+, Delaya mwene Shemaya, Elinatani+ mwene Akibori+, Gemariya mwene Shafani, Zedekiya mwene Hananiya n’abandi batware bose.