-
Yeremiya 36:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Maze abatware bose batuma Yehudi mwene Netaniya, Netaniya wa Shelemiya, Shelemiya wa Kushi, bamutuma kuri Baruki ngo amubwire ati: «Nuze uzanye uwo muzingo wasomeye imbere y’abantu.» Baruki mwene Neriya aca atora nya muzingo, aja iyo bari.
-