-
Yeremiya 36:16Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
16 Bakimara kwumva ayo majambo yose, barabana bafise ubwoba maze babwira Baruki bati: «Uko biri kwose dutegerezwa kubwira umwami ayo majambo yose.»
-