-
Yeremiya 36:20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Maze bafata nya muzingo bawushira mu cumba c’umunyamabanga Elishama, hanyuma baja aho umwami ari mu kigo bamubwira ivyo bumvise vyose.
-