Yeremiya 36:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Nuko umwami atuma Yehudi+ kuzana nya muzingo, maze aja kuwutora mu cumba c’umunyamabanga Elishama. Yehudi atangura kuwusomera imbere y’umwami n’abatware bose bari bahagaze iruhande y’umwami.
21 Nuko umwami atuma Yehudi+ kuzana nya muzingo, maze aja kuwutora mu cumba c’umunyamabanga Elishama. Yehudi atangura kuwusomera imbere y’umwami n’abatware bose bari bahagaze iruhande y’umwami.