Yeremiya 36:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Inyuma y’aho umwami atuririye wa muzingo warimwo amajambo Baruki yanditse ayabwiwe na Yeremiya, Yehova yongera kubwira Yeremiya+ ati:
27 Inyuma y’aho umwami atuririye wa muzingo warimwo amajambo Baruki yanditse ayabwiwe na Yeremiya, Yehova yongera kubwira Yeremiya+ ati: