Yeremiya 36:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Nuko Yeremiya atora uwundi muzingo maze awuha umunyamabanga Baruki+ mwene Neriya. Aca awandikamwo amajambo yose yari mu muzingo* Yehoyakimu umwami w’Ubuyuda yaturiye+, ayabwiwe na Yeremiya. Harongewemwo n’ayandi majambo menshi nk’ayo. Yeremiya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 36:32 Yeremiya, rup. 104-105 Umunara w’Inderetsi,15/8/2006, rup. 16
32 Nuko Yeremiya atora uwundi muzingo maze awuha umunyamabanga Baruki+ mwene Neriya. Aca awandikamwo amajambo yose yari mu muzingo* Yehoyakimu umwami w’Ubuyuda yaturiye+, ayabwiwe na Yeremiya. Harongewemwo n’ayandi majambo menshi nk’ayo.