Yeremiya 37:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Nuko umwami Zedekiya+ mwene Yosiya atangura kuganza mu kibanza ca Koniya*+ mwene Yehoyakimu, kuko Nebukadinezari* umwami wa Babiloni yari yamugize umwami w’Ubuyuda+.
37 Nuko umwami Zedekiya+ mwene Yosiya atangura kuganza mu kibanza ca Koniya*+ mwene Yehoyakimu, kuko Nebukadinezari* umwami wa Babiloni yari yamugize umwami w’Ubuyuda+.