-
Yeremiya 37:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Mugabo umuhanuzi Yeremiya ageze kw’irembo rya Benyamini, umukuru w’abarinzi yitwa Iriya mwene Shelemiya, Shelemiya mwene Hananiya, aca aramufata amubwira ati: «Uriko uja kwishikana ku Bakaludaya!»
-