Yeremiya 37:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Abatware bashavurira cane Yeremiya+, baramukubita maze bamupfungira*+ mu nzu y’umunyamabanga Yehonatani, kuko yari isigaye ari ibohero.
15 Abatware bashavurira cane Yeremiya+, baramukubita maze bamupfungira*+ mu nzu y’umunyamabanga Yehonatani, kuko yari isigaye ari ibohero.