-
Yeremiya 38:16Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
16 Umwami Zedekiya rero arahira Yeremiya mu mpisho ati: «Ndakurahiye Yehova Imana nzima we yaduhaye ubu buzima, sindakwica kandi sindagutanga kuri abo bagabo barondera kukwica.»
-