Yeremiya 38:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Yeremiya rero aca abwira Zedekiya ati: «Yehova Imana Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, avuze ati: “Niwishikana* ku batware b’umwami wa Babiloni, uzobaho kandi iki gisagara ntikizoturirwa, kandi wewe n’abo mu rugo rwawe ntimuzopfa+.
17 Yeremiya rero aca abwira Zedekiya ati: «Yehova Imana Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, avuze ati: “Niwishikana* ku batware b’umwami wa Babiloni, uzobaho kandi iki gisagara ntikizoturirwa, kandi wewe n’abo mu rugo rwawe ntimuzopfa+.