-
Yeremiya 38:20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Mugabo Yeremiya avuga ati: «Nta wuzogutanga mu maboko yabo. Ndakwinginze wumvire ijwi rya Yehova mu vyo nkubwira. Uzoheza uroranirwe, ubandanye kubaho.
-