Yeremiya 38:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Abagore bawe bose n’abana bawe bose bariko bajanwa ku Bakaludaya, kandi wewe ntuzobacika. Umwami wa Babiloni azogufata+, kandi iki gisagara kizoturirwa+ kubera wewe.»
23 Abagore bawe bose n’abana bawe bose bariko bajanwa ku Bakaludaya, kandi wewe ntuzobacika. Umwami wa Babiloni azogufata+, kandi iki gisagara kizoturirwa+ kubera wewe.»