Yeremiya 38:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Abatware nibumva ko navuganye nawe, bakaza bakakubwira ngo: “Turagusavye utubwire ivyo wabwiye umwami. Ntihagire ico utunyegeza, kandi ntitukwica+. None umwami yakubwiye iki?”,
25 Abatware nibumva ko navuganye nawe, bakaza bakakubwira ngo: “Turagusavye utubwire ivyo wabwiye umwami. Ntihagire ico utunyegeza, kandi ntitukwica+. None umwami yakubwiye iki?”,