Yeremiya 39:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Mu mwaka ugira icenda Zedekiya umwami w’Ubuyuda aganza, mu kwezi kugira cumi, Nebukadinezari* umwami wa Babiloni n’ingabo ziwe zose baza i Yeruzalemu, barahugariza+.
39 Mu mwaka ugira icenda Zedekiya umwami w’Ubuyuda aganza, mu kwezi kugira cumi, Nebukadinezari* umwami wa Babiloni n’ingabo ziwe zose baza i Yeruzalemu, barahugariza+.