Yeremiya 39:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Zedekiya umwami w’Ubuyuda n’abasoda bose barababona. Maze barahunga+ bava mu gisagara mw’ijoro, baca ahari umurima w’umwami, mw’irembo ryari hagati y’inzitiro zibiri. Barabandanya berekeza mu karere ka Araba+.
4 Zedekiya umwami w’Ubuyuda n’abasoda bose barababona. Maze barahunga+ bava mu gisagara mw’ijoro, baca ahari umurima w’umwami, mw’irembo ryari hagati y’inzitiro zibiri. Barabandanya berekeza mu karere ka Araba+.