Yeremiya 39:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Maze umwami afata Zedekiya amugira impumyi, hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu, amujana i Babiloni+.
7 Maze umwami afata Zedekiya amugira impumyi, hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu, amujana i Babiloni+.