Yeremiya 40:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Yehova yaravuganye na Yeremiya inyuma y’aho Nebuzaradani+ umukuru w’abacungera umwami amurekuriye i Rama+. Yari yamutwayeyo aboheshejwe amapingu, akaba yari mu bandi bantu bose b’i Yeruzalemu no mu Buyuda bariko barajanwa mu bunyagano i Babiloni.
40 Yehova yaravuganye na Yeremiya inyuma y’aho Nebuzaradani+ umukuru w’abacungera umwami amurekuriye i Rama+. Yari yamutwayeyo aboheshejwe amapingu, akaba yari mu bandi bantu bose b’i Yeruzalemu no mu Buyuda bariko barajanwa mu bunyagano i Babiloni.