-
Yeremiya 40:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Yeremiya atarafata ingingo yo gusubira inyuma, Nebuzaradani avuga ati: «Subira kwa Gedaliya+ mwene Ahikamu, Ahikamu+ mwene Shafani+, umwe umwami wa Babiloni yajeje ibisagara vy’Ubuyuda, ugumane na we mu bandi bantu, canke uje iyo ushaka.»
Uwo mukuru w’abacungera umwami araheza amuha ibifungurwa n’ingabire, aca aramureka aragenda.
-